jeudi 6 janvier 2011

MARIANA





Ce tableau que j'ai peint me rappelle ma tante Mariane. Muribuka ingene ya bombeka urutamyi, igikwashu cabuze akadutiza uruhindu. Ico Kirago kirabibutsa Bukuru ariko wewe cari icibihubahuba, ututaro rwokugosara amasaka. Irya ambiance yibigo yari spéciale. Ingene twagwanira umwuko wogucumba igikandu cimpeke kugira duhure ibiharage vuba atamabavu. Ndibuka mama Françoise ari ibihogo tukajana kwamura ikawa dutashe tugasanga bariko baragana. Tugire ukwo dushobora twibukanye ces mements kuko abana bacu barakeneye kuronka histoire

2 commentaires:

  1. Mon Dieu! Quel talent! Janvier, urazi ko nuguruye nza mbona Mariana exactement! Yemwe Imana yaraguhaye talent basi!
    Urazi ko Mariana atanaho twokuye i photo yiwe!
    Ndagusavye iyo tableau uze uyi gumye neza tuzoyikenera...

    Merci encore une x Janvier yo kutwibutsa Mariana!

    RépondreSupprimer
  2. Merci Janvier!
    J'en profite pour poster sur ce blog un extrait d'une meditation que je vous avais envoye il y a 2 ans je crois sur Tante Mariana, ingen yatwigishije gusenga...

    Merci,
    Francois

    RépondreSupprimer